Base juridique africaine
Loi · n° 1/03

LOI N°1/03 DU 10 MARS 2026 PORTANT PROTECTION DES DONNEES A CARACTERE PERSONNEL

Burundi · 1/03 · Adoption : 10 mars 2026

Pays
Burundi
Type
Loi
Numéro
1/03
Référence
1/03
Date d'adoption
10 mars 2026
Organisation
Présidence de la République du Burundi
RésuméLa présente loi établit un cadre juridique pour la protection des données à caractère personnel au Burundi. Elle vise à prévenir les atteintes à la vie privée liées à la collecte, au traitement et à l'utilisation des données personnelles. La loi s'applique à tout traitement automatisé ou non, par des personnes physiques, l'État, les collectivités locales et les personnes morales. Elle prévoit des dérogations pour la sécurité publique, la défense et les infractions pénales. La loi entre en…

REPUBLIQUE DU BURUNDI

REPUBURIKA Y'UBURUNDI

IBIR O VY'UMUKURU W'IGIHUGU

# CABINET DU PRESIDENT

LOI N°1/03 DU 10 MARS 2026 PORTANT PROTECTION DES DONNEES A CARACTERE PERSONNEL

IBWIRIZWA INOMERO 1/03 RYO KU WA 10 NTWARANTE 2026 RIKINGIRA IBITOROROKANYWA VYEREKEYE UMUNTU UBWIWE

# LE PRESIDENT DE LA REPUBLIQUE,

Vu la Constitution de la République du Burundi ;

Vu la Loi Organique n°1/05 du 16 mars 2023 portant Détermination et Délimitation des Provinces, des Communes, des Zones, des Collines et/ou Quartiers de la République du Burundi ;

Vu la Loi Organique n°1/18 du 07 juin 2024 portant Réorganisation de l'Administration Communale ;

Vu la Loi n°1/004 du 30 avril 1999 portant Modification de certaines Dispositions du Code des Personnes et de la Famille relative à la Filiation adoptive ;

Vu la Loi n°1/013 du 18 juillet 2000 portant Réforme du Code de la Nationalité ;

Vu la Loi n°1/08 du 30 juin 2007 portant Ratification par la République du Burundi du Traité de la Communauté Est Africaine ;

Vu la Loi n°1/28 du 29 octobre 2014 portant Prévention et Répression de la Traite des Personnes et Protection des Victimes de la Traite ;

# UMUKURU W'IGIHUGU,

Yihweje Ibwirizwa Shingiro rya Repuburika y'Uburundi ;

Yihweje Ibwirizwa ryunganira Ibwirizwa Shingiro inomero 1/05 ryo ku wa 16 Ntwarante 2023 ritomora rikongera rigashinga imbibe z'intara, iz'amakomine, iz'amazone, iz'imitumba canke iz'amakaritiye vya Repuburika y'Uburundi ;

Yihweje Ibwirizwa ryunganira Ibwirizwa Shingiro inomero 1/18 ryo ku wa 7 Ruheshi 2024 riringaniza gushasha intwaro y' amakomine ;

Yihweje Ibwirizwa inomero 1/004 ryo ku wa 30 Ndamukiza 1999 rihindura ingingo zimwe zimwe z'Igitabu c'amategeko agenga Ingo n'abantu ku vyerekeye abana b'abarerano ;

Yihweje Ibwirizwa inomero 1/013 ryo ku wa 18 Mukakaro 2000 rihindura Igitabu c'amategeko agenga ubwenegihugu ;

Yihweje Ibwirizwa inomero 1/08 ryo ku wa 30 Ruheshi 2007 ryerekeye iyemezwa na Reta y'Uburundi ry'Amasezerano y'Ishirahamwe ry'ibihugu vya Afirika yo mu Buseruko ;

Yihweje Ibwirizwa inomero 1/28 ryo ku wa 29 Gitugutu 2014 ryerekeye ugukinga n'ukurwanya urudandazwa rw'abantu n'ugukingira abakorewe amabi ajanye n'urudandazwa rw'abantu ;

#

2

Vu la Loi n°1/27 du 29 décembre 2017 portant Révision du Code Pénal ;

Vu la Loi n°1/25 du 05 novembre 2021 portant Réglementation des Migrations au Burundi ;

Vu la Loi n°1/10 du 16 mars 2022 portant Prévention et Répression de la Cybercriminalité au Burundi ;

Vu la Loi n°1/22 du 22 août 2024 portant Code des Communications Electroniques et Postales ;

Vu le Décret-loi n°1/024 du 28 avril 1993 portant Réforme du Code des Personnes et de la Famille ;

Le Conseil des Ministres ayant délibéré ;

L'Assemblée Nationale et le Sénat ayant adopté ;

PROMULGUE :

Yihweje Ibwirizwa n°1/27 ryo ku wa 29 Kigarama 2017 risubiramwo Igitabu c'amategeko mpanavyaha ;

Yihweje Ibwirizwa inomero 1/25 ryo ku wa 5 Munyonyo 2021 riringaniza ivyerekeye ukwinjira n'ugusohoka mu Burundi ;

Yihweje Ibwirizwa inomero 1/10 ryo ku wa 16 Ntwarante 2022 ryerekeye ugukinga n'ukurwanya ubukozi bw'ikibi bukorwa biciye mu buhinga ngurukanabumenyi mu Burundi ;

Texte intégral

Lisez l'intégralité de ce texte

Créez un compte gratuit pour accéder au texte complet, au PDF officiel et à la recherche juridique assistée par IA.

Lire l'intégralité — inscription gratuite
Inscription gratuite Accès immédiat PDF officiel inclus

Déjà un compte ? Se connecter

Parcourir les lois